Ubwongereza: amananiza yo kuronka umukunzi mu ba nye Aziya y’epfo

Ubwongereza: amananiza yo kuronka umukunzi mu ba nye Aziya y’epfo
Yatangajwe

Kuresha ntivyama vyorohera abakiri bato, kuko ata bumenyi baba bararonka.

Ku bakomoka mu mico ya Aziya y’ubumanuko, bagorwa n’ivangatirana ry’imico.

Izi ni intahe za batatu k’uko kuresha ari ishule ritoroshe.