Ukraine yimburira henshi mw’isi, ariko abarimyi barabangamiwe

Insiguro ya video, Abarimyi n'aborozi bo muri Ukraine, ayo babonye.
Ukraine yimburira henshi mw’isi, ariko abarimyi barabangamiwe
Yatangajwe

Kuva Russia itanguye gutera Ukraine, abarimyi n’aborozi bakiriho, bahura n’amananiza menshi.

Bizwi ko Ukraine ubu ari co gihugu ca mbere kw'isi gikwiragiyemwo ibi bombe bitaraturika.

Uretse ko ata mutekano abo barimyi n’aborozi bafise aho bakorera, n’umwimbu wabo urabangamiwe.

Ariko baremeza ko badashobora kwihebura, bakiriho.

Abarimyi n'aborozi bo muri Ukraine, ayo babonye.
Insiguro y'isanamu, Abarimyi n'aborozi bo muri Ukraine, ayo babonye.