Abantu amajana bafatiwe mu myiyerekano muri Amerika
Abantu amajana bafatiwe mu myiyerekano muri Amerika
Yatangajwe
Mu gisagara Washington, iyo myiyerekano yarimwo cane cane Abayahudi.
Biyamiriza intambara muri Israel na Gaza.
Basemerera basaba Perezida Biden guhagarika gushigikira Israel.
Bitwaje ivyerekana ko bashigikiye leta ya Palestina, basaba ihagarikwa ry’iyicwa ry’abazira ubusa muri Gaza.




