Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Muri Amerika habandanije kwiyongera imyiyerekano y'abashigikiye Palestine
Muri Amerika habandanije kwiyongera imyiyerekano y'abashigikiye Palestine
Yatangajwe
Hirya no hino kuri za Kaminuza muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika habandanije imyiyerekano yo gushigikira Palestine kubera ibitero vya Israel.