Ihunguka ry’ibi bifi binini: inyungu kuri Brezil
Ihunguka ry’ibi bifi binini: inyungu kuri Brezil
Yatangajwe
“Si ku nyungu za Brazil gusa”, uko bivugwa n’uburongozi bw’umugambi ‘Baleia a Vista’.
Uwo mugambi ufasha gukurikirana ubuzima bw’ivyo bifi.
Ariko kandi, ni n'ishusho y’igihugu, mu gukingira ibinyabuzima.