Ibihumbi vy’impunzi z’aba Rohingya zashitse muri Indonesia

Insiguro ya video, Abatwara iyo ntara, babatekereye indya, mugabo bavuga ko barengewe.
Ibihumbi vy’impunzi z’aba Rohingya zashitse muri Indonesia
Yatangajwe

N’imiburiburi ubwato 5, ni ukuvuga aba Rohingya 800 bashitse mu ntara ya Aceh, muri Indonesia.

Ubu bwoko bw’inkehwa zo muri Myanmar, bahunga kuva mu 2017, igisoda caho kibatoteza.

Abatwara iyo ntara, babatekereye indya, mugabo bavuga ko barengewe.

Aba Rohingya bahunga kuva 2017 batotezwa n'igisoda ca Myanmar.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Aba Rohingya bahunga kuva 2017 batotezwa n'igisoda ca Myanmar.