Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Cinema ku mananiza y’ingendo z’abimukira ba Afrika baja i Bulaya
“Dukunze kubona abimukira bashikanywe n’amato, haharurwa abapfuye n’abarokotse”.
Bivugwa n’uwahinguye ilelesi ‘lo Capitano’ iherutse kuronka agashimwe ‘Oscar’ ka cinema.
Iyo cinema ishingiye ku nkuru yo, y’ivyashikiye Mamadou Kouassi, yava muri Ivory Coast yimukira muri Italy.
Ukwo kwezi nyene kwa 3/2024, abantu bashika 60 baherutse gupfira mu kiyaga Méditerranée, muri iyo nzira.
“Ku bakiri bato barondera ubuzima, irabereka ko Ubulaya bwerekanwa nk’iparadizo, atari vyo. Ntibigerezeko muri iyo nzira”.