Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
‘Joggling’: ubundi buhinga bw’urukino rwo gusiganwa
‘Joggling’: ubundi buhinga bw’urukino rwo gusiganwa
Yatangajwe
‘Joggling’ ni ubuhinga bwo kunonora imitsi, abiruka bakagenda batera-basama udupira.
Hategekanijwe amahiganwa mpuzamakungu muri USA, ukwa 7, 2024.
Michael Kapral, umu nye Canada niwe akirusha abandi kw'isi.
Yirutse ‘marathon’ [42km] muri ubwo buhinga ‘, munsi y’amasaha 3.