Afrika: Ubuhinga budakoreshwa kandi bwotungisha na benshi
Afrika: Ubuhinga budakoreshwa kandi bwotungisha na benshi
Yatangajwe
Ninde yokwibajije ko umwanda w'inkoko wokwatsa imodoka?
Anthony, umworozi w’inkoko muri Kenya, yerekana uko yimbura amagi, inyama n’umuyagankuba.
N’ibindi, n’ibindi.