‘Mr Eazi’: rurangiranwa muri ‘Afrobitz’, umugwizatunga mu nkino

Insiguro ya video, Mr Eazi, umuhanzi, 'boss' w'umugwi wa basket 'Cape Town Tigers'.
‘Mr Eazi’: rurangiranwa muri ‘Afrobitz’, umugwizatunga mu nkino
Yatangajwe

Mr Eazi yamenyekanye nk’umunyamuziki rurangiranwa – Afrobitz kuva muri Nigeria.

Yagize indoto ziwe, arazishikako, agura umugwi wa ‘basket’ Cape Town Tigers wo muri Africa y’epfo.

Ubu ariko ashira amahera mu bindi, avuga ati “Ni iteka guteza imbere Afrika”.

Mr Eazi, umuhanzi, 'boss' w'umugwi wa basket 'Cape Town Tigers'.
Insiguro y'isanamu, Mr Eazi, umuhanzi, 'boss' w'umugwi wa basket 'Cape Town Tigers'.