Kuki inteko mvamakungu zikenewe muri Haiti?

Insiguro ya video, Haiti, ibintu bigeze aho agasahani k'umuceri kagurwa 15$, kubera akajagari.
Kuki inteko mvamakungu zikenewe muri Haiti?
Yatangajwe

Kenya yamenyesheje ko yarungitse bamwe mu nteko zayo muri Haiti, ingingo yateye impari muri Kenya.

Bashigikiwe na ONU, bazoja gufasha kugwanya imigwi y’abagwanyi bakwiragiye i Port-au-Prince, umugwa mukuru wa Haiti.

“Ntitugira indya, ntitugira aho turyama, amasase ari hose”, ni mugihe agasahani k’umuceri kagurwa hagati ya 15$ na 20$.

Ivyo ni bimwe mu vyo izo nteko zishikiyemwo.

Haiti, ibintu bigeze aho agasahani k'umuceri kagurwa 15$, kubera akajagari.

Ahavuye isanamu, Reuters

Insiguro y'isanamu, Haiti, ibintu bigeze aho agasahani k'umuceri kagurwa 15$, kubera akajagari.