‘Nari imbohe muri Oman’: uko umuhora wa WhatsApp wabohoje aba ny’Afrikakazi bari bagizwe abaja

Insiguro ya video, Amatohoza: “Nta muny’Afrika yabwirizwa kuja guca ubuzima muri iki gihugu! Kizire!”
‘Nari imbohe muri Oman’: uko umuhora wa WhatsApp wabohoje aba ny’Afrikakazi bari bagizwe abaja
Yatangajwe

Haharurwa abagore imiliyoni 2 bakora mu mazu, mu kigobe c'Abarabu, 300 000 bari Oman.

Georgina, umwe mu batwawe Oman, agahohotererwayo, yaritwariye abaranzi bamushikanyeyo. Nta kirakorwa, inyuma y'imyaka 2.

Malawi yabwiye itohoza rya BBC Africa Eye ko imaze kwishura ayashika $160 000, itahukana abagore 54.

Amatohoza muri Oman: “Nta muny’Afrika yabwirizwa kuja guca ubuzima muri iki gihugu! Kizire!”
Insiguro y'isanamu, Amatohoza: “Nta muny’Afrika yabwirizwa kuja guca ubuzima muri iki gihugu! Kizire!”