Bavukiye m’Ubufaransa, bagiye kurondera kazoza muri Afrika

Insiguro ya video, Menka ari mu Bafaransa ubu barondera kazoza iyo abavyeyi babo bamuka, muri Afrika.
Bavukiye m’Ubufaransa, bagiye kurondera kazoza muri Afrika
Yatangajwe

Menka Gomis yavukiye muri France, ariko yiyemeje ko kazoza kiwe kari muri Senegal, iyo abavyeyi bavukiye.

Uyu mugabo w’imyaka 39 ari mu kigwi c’abandi Bafaransa b’amamuko ya Africa, bariko bava m’Ubufaransa.

Babona amacakubiri n’ikumira bifatiye k’urukoba vyiyongera.

BBC Africa Eye yagize itohoza kuri ibi vyiswe “ubwîmukīra butavuga”, mu gutahura igituma kuri nka Menka ivyijiji vya Bulaya biriko birahinduka.

Menka ari mu Bafaransa ubu barondera kazoza iyo abavyeyi babo bamuka, muri Afrika.
Insiguro y'isanamu, Menka ari mu Bafaransa ubu barondera kazoza iyo abavyeyi babo bamuka, muri Afrika.