“Nta nguvu tugifise kubera inzara, nico gituma twahunze”
“Nta nguvu tugifise kubera inzara, nico gituma twahunze”
Yatangajwe
Muri Somalia, uruzuba rwahitanye ama miliyoni y’ibitungwa, ibitegwa rurarigita.
Nta n'inyishu zitezwe mu gihe c'amatati ya politike yunyuye vyose.
ONU ivuga ko hakenewe imiliyari hafi $3 ngo abantu batabarwe.