Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imyiyerekna i Yerusalemu ifatiye ku kutumvikana mu Buyahudi ku kwinjizwa mu gisirikare
Imyiyerekna i Yerusalemu ifatiye ku kutumvikana mu Buyahudi ku kwinjizwa mu gisirikare
Yatangajwe
Muri Israel abakurikiza ivy'idini ry'Abayahudi ukuri kwamye bazwi nka ultra-Orthodox bariyamiriza kwinjizwa mu gisirikare ngo baje kurwana muri Gaza bakavuga ko biteye kubiri n'ibisabwa n'idini.
Abandi Bayahudi nabo bakavuga ko buri Muyahudi w'umugabo yarakwiye kwinjira mu gisirikare kurwanira igihugu cabo.
Sentare vyitezwe ko ifata ingingo kw'itegeko ryaha uburenganzira aba ultra-Orthodox bwo kutaja mu gisirikare ahubwo bakaja muri seminari kwiga ivy'idini imyaka itatu.