Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel-Gaza: intahe y’umuvyeyi yavuganye n’abana biwe imbere yuko banyuruzwa
Israel-Gaza: intahe y’umuvyeyi yavuganye n’abana biwe imbere yuko banyuruzwa
Yatangajwe
Ivyo Hadas Kalderon arimwo birasiga ubwenge, nk’umuvyeyi.
Abana biwe 2 na se wabo baranyururijwe muri Gaza, hamwe n’abandi ba nye Israel.
Bari mu mbohe zishika 200 za Hamas.
Hadas aribuka ivya nyuma yaganiriye n’abiwe, imbere y’uko banyuruzwa.