Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Tigray: uko ikigoyi gituma abana bata ivyigwa
Tigray: uko ikigoyi gituma abana bata ivyigwa
Yatangajwe
Hafi abantu 400 barapfuye kubera uruzuba ruvanze n'inzara, muri Tigray.
Kuva mu mpera za 2023, abana barenga ibihumbi 200 barataye ishule.
“Ntitubona kazoza kabo n’ako igihugu”.
Uretse uburyo bubi abana basigaye bigamwo, harimwo n’inzara, bamwe bataye ishule, baja kurondera inzahabu.
Benshi batunzwe n’inkere zo mw’ishamba.