Mpox: ng’uku uko abana n’abagabo babangamirwa kurusha

Insiguro ya video, Abahinga bahanura uwufise ibimenyetso kwiherera ngo akingire abandi.
Mpox: ng’uku uko abana n’abagabo babangamirwa kurusha
Yatangajwe

Kuva ubwoko bw’akaranda, ubushita bw’inkende, bwadukiye muri RDCongo mu 2023, i Bukavu honyene, n’imiburiburi 5 000 baramaze guhura n’uwo mugera.

Africa yose iharurwamwo n’imiburiburi 19 000 bahuye n’akaranda, ari co gihuje abashikiranganji b’amagara bashika 47 k’umugabane, ngo bige icokorwa.

Uwo mugera wo mu 2023 wandurwa cane cane uciye mu bihimba vy’irondoka.

Utahure uko ubu iyo ngwara yandurwa, n’ico umwe wese yokora mu kwirinda.

Abahinga bahanura uwufise ibimenyetso kwiherera ngo akingire abandi.
Insiguro y'isanamu, Abahinga bahanura uwufise ibimenyetso kwiherera ngo akingire abandi.