Burkina Faso: “Nitabwe na benshi mu gusukura igihugu”

Burkina Faso: “Nitabwe na benshi mu gusukura igihugu”
Yatangajwe

Mahamad Quedraogo yamenyekanye nk’indongozi y’abandi, cane cane abakiri bato, mu kwitangira gusukura Burkina Faso.

Ibikorwa vy’abo bakorana vyahereye hafi y’urugomero i Ouagadougou, hari hasigaye hanuka.

Araronka abashigikiza imfashanyo z’amahera ibikorwa vya be n’abo bafadikanije, kandi amaze gutangura kubikwiza ahandi mu gihugu.