Abimukira: “Ni ukugerageza kujabuka, canke ni ugupfa”
Abimukira: “Ni ukugerageza kujabuka, canke ni ugupfa”
Yatangajwe
Abimukira 70 000 nibo bashobora kuzofata iyi nzira, bava Africa bagana i Bulaya.
Iri tohoza rya BBC Africa Eye ryerekana bimwe mu bibera muri iyi nzira ipfiramwo abimukira benshi.
Ubu, iri tohoza ryashikiriye abava muri Africa, ku kivuko co muri Senegal, bagana muri Espagne, baciye ku mazinga ya Canary.




