Africa y’epfo: abitangira ubuntu batanguye gutabara abacukuzi b’ubutare amajana, mu kuzimu
Africa y’epfo: abitangira ubuntu batanguye gutabara abacukuzi b’ubutare amajana, mu kuzimu
Yatangajwe
Kuva abacukura ubutare bwa magendo banse kuva mu kuzimu i Stilfontein, batinya gufatwa, ntawuzi ko banagifise ingumvu zo kuvayo.
Abagenzi n’abanyamiryango barakuranwa, bacungera ahari ico kinogo bivugwa ko gipima hafi 1.5km.
Umushikiranganji ajejwe igipolisi yanavuze ko ari “inkozi z’ibibi, ari ukubatera ivyuka vyokera”.
Muri ico gihugu, gucukura ubutare kuri magendo bigwiriyemwo inkozi z’ibibi, zinitwaza ibigwanisho.




