"Ni mubandanye gushika I Kinshasa"

Insiguro ya video, “Ni mubandanye gushika I Kinshasa”
"Ni mubandanye gushika I Kinshasa"
Yatangajwe

Uwaganiriye BBC yavuze ko atazi ko M23 yakiranywe akanyamuneza kubera ubwoba, canke ko bizigiye ko izokura akajagari kari I Bukavu.

Leta ya DRC ivuga ko igisoda cayo cakinjuye ngo amaraso nt'aseseke mu gisagara.

Kugenzura uburaruko n'ubumanuko vy'ikiyaga Kivu, biha umuhari M23 ikibanza kidasanzwe mu karere.

Igihe umuhari M23 winjira i Bukavu.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Igihe umuhari M23 winjira i Bukavu.