Ubuhinga bwa 'mzee' Muhammad burabangamiwe

Insiguro ya video, Ubuhinga bwa ‘mzee’ Muhammad burabangamiwe
Ubuhinga bwa 'mzee' Muhammad burabangamiwe
Yatangajwe

Muhammad Baba amaze imya 40 akanika amasaha yakwamye.

Muhammad akesha uwo mwuga se.

None ni gute umuzo wa telefne ngendanwa wamwiciye isoko?

Muhammed Baba, umuhinga mu gukanika amasaha.
Insiguro y'isanamu, Muhammed Baba, umuhinga mu gukanika amasaha.