Video: Bihurugu Daniel umwe mu baririmvyi b'indirimbo za kera zizwi cane mu Burundi

Insiguro ya video, Bihurugu Daniel umwe mu baririmvyi b'indirimbo za kera zizwi cane mu Burundi
Video: Bihurugu Daniel umwe mu baririmvyi b'indirimbo za kera zizwi cane mu Burundi
Yatangajwe

Indirimbo za Bihurugu Daniel zatumye intara ya Ruyigi ihabwa agashimwe k'ibitaro abagore bibarukiramwo.

Uwo mwigisha yigeze kuba no kurongora komine Bweru iri mu ntara ya Ruyigi ubu ari mu karuhuko k'iza bukuru. Aba ku mugwa mukuru w'intara ya Cankuzo.

Bihurugu Daniel

Ahavuye isanamu, BIHURUGU DANIEL