Igitsina - inzahabu

Insiguro ya video, Umugore aja guca amahera ahacukurwa inzahabu - Amazon.
Igitsina - inzahabu
Yatangajwe

"Mfise abana 7 bo kugaburira, kandi jenyene, ariko hari igihe ataco ntahana."

Abagabo n'abagore ibihumbi bakora bitemewe mu binombe vy'ubutare, mw'ishamba Amazon.

ONU ivuga ko bituma abagore bahohoterwa binafatiye ku gitsina.

Nka Raiele yarakubiswe, afatwa ku nguvu, aricwa, atorwa arambaraye hasi.

Brezil: umugore aja guca amahera ahacukurwa inzahabu mw'ishamba Amazon.
Insiguro y'isanamu, Umugore aja guca amahera ahacukurwa inzahabu mw'ishamba Amazon.