Utahure ubuhinga bwa 'Capoeira'

Insiguro ya video, Utahure ubuhinga bwa ‘Capoeira’
Utahure ubuhinga bwa 'Capoeira'
Yatangajwe

'Capoeira' irengeye kuba intambo canke ubuhinga bwo kwivuna gusa.

Utahure uko ubu buhinga bwafashije aba ny'Africa batwarwa kugurishwa nk'abaja, cane cane aba nye Angola bajanwa muri Brazil.

Ubu ni ubuhinga bwateje imbere intambo zitandukanye ndetse bunagaragarira mu bihangano nka za film za Hollywood muri USA.

Abana b'i Kibera muri Kenya, batuganirira uko bemera ubwo buhinga.

‘Capoeira’ irengeye kuba intambo canke ubuhinga bwo kwivuna gusa.
Insiguro y'isanamu, 'Capoeira' irengeye kuba intambo canke ubuhinga bwo kwivuna gusa.