Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Burundi - ingwara ‘Fistula’: kuki "amagogwa adasiga ayandi" ?
Burundi - ingwara ‘Fistula’: kuki "amagogwa adasiga ayandi" ?
Yatangajwe
“Kuva mu 1977, mvyaye umwana wa mbere, niho natanguye kubona ibimenyetso”.
Uno muvyeyi w’I Gitega – Burundi, ashinga intahe, baherutse kumukora ‘Fistule’ bita “ingwara yo mu kigo” yaramwononye.
K’ugutinya ko afatirwayo, yongera ati: “Sinari nkija no mu manza”.
Naho ingaruka zitazira rimwe kandi Atari zimwe kuri bose, ng’ibi ibikuru mu bimenyetso, ibitera, n’ingaruka z’iyo ngwara.