Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nigeria: isanganya ryabereye i Ibadan, ryahitanye vyinshi
Nigeria: isanganya ryabereye i Ibadan, ryahitanye vyinshi
Yatangajwe
Hari abavuga ko kubona ivyabaye, hagapfa abantu babiri, “Imana yakinze”.
Uwa 16-01-24, igisagara Ibadan co muri leta ya Oyo caturitsemwo ivyakomerekeje abashika 70.
Urwamo n’inguvu z’iryo sanganya vyashitse, binonona ibintu gushika kuri 15km.
Intwaro ivuga ko ari ububiko bw’abacukura ubutare kuri forode bwaturitse.