Haniyeh, umukuru wa politike yiciwe muri Iran: iminsi ya nyuma
Haniyeh, umukuru wa politike yiciwe muri Iran: iminsi ya nyuma
Yatangajwe
Ismail Haniyeh, mu bisanzwe yari amaze imyaka yahungiye muri Qatar.
Yari amaze iminsi muri Iran, aho yari no mu birori vyo kwimika perezida mushasha wa Iran, Masoud Pezeshkian.
Ico gitero co mu kirere cabaye isaha 02:00, m’ubucagucagu, amasaha make gusa Israel imenyesheje ko yari yiciye muri Liban, umusoda mukuru wa Hezbollah.
Iyicwa rya Haniyeh, Israel ntaco irabivugako.

Ahavuye isanamu, EPA



