Uko WC ziriko zirahindura isura y’igisagara Ouagadougou

Insiguro ya video, Abantu bariha amahera make mu kwitabaza izo WC, ivyongereje isuku.
Uko WC ziriko zirahindura isura y’igisagara Ouagadougou
Yatangajwe

Raymond ni umugwizatunga w’i Ouagadougou, amaze kwubaka WC 5 zikwije vyose.

Ama WC ya Raymond afasha abantu 1 000 k'umunsi, abafise ubumuga bayakoresha

k'ubuntu, abandi bariha make mu kuzikorako.

Abagore bavuga ko biruhukije cane cane iyo bakeneye kw’isukura mu gihe c’ubutinyanka.

Burkina Faso: abantu bariha amahera make mu kwitabaza izi WC.
Insiguro y'isanamu, Abantu bariha amahera make mu kwitabaza izi WC, ivyongereje isuku.