Malawi: naguzwe $9 yantanzweko nk’inkwano
Malawi: naguzwe $9 yantanzweko nk’inkwano
Yatangajwe
Uyu mwana w’imyaka 12 ni umwe mu bandi imiliyoni zirenga 10 mw’isi, barongorwa batarakwiza imyaka 18.
Ni ukuvuga ko mw'isi, 1 mu bagore 5 bubaka izabo, ku nguvu canke k’ugushaka, aba atarakwiza imyaka 18.
Ivyashikiye uyu mwana vyerekana uko amategeko y’ibihugu arengwako, n’ikibano kibona.




