Gaza: abatabara ni nk’uko bihevye
Gaza: abatabara ni nk’uko bihevye
Yatangajwe
Bimuriye ababo m’ubumanuko bwa Gaza, bavuga ko badashobora guhemuka ku ndahiro zabo zo gutabara.
“Iyo wegeranya umwana yacitsemwo ibihimba, umufata nk’uko yoba ari uwawe”.
Mu ntahe z’abo batabara, bavuga ko n’umwaka utokwira ngo bavugwe mu mitwe ku vyo babona, bamamwo.
Haba Abraj Al-Nada n’ahandi, amajana muri bo baramaze gupfira mu bitero vya Israel ivuga ko ihiga Hamas.




