Niger : inyuma y’itembagazwa ry’ubutegetsi, abantu bari mu bihe bitoroshe

Niger : inyuma y’itembagazwa ry’ubutegetsi, abantu bari mu bihe bitoroshe
Yatangajwe

“Dusaba Imana ngo leta n'abo batumvikana, bashike ku mwumvikano”.

Kuva intwaro ya Mohamed Bazoum itembagajwe muri Niger, abarwayi bakenera muganga birabagora cane.

Igihugu kiri mu bihano, kandi ingaruka si umutekano muke gusa.

Tubabwira ingaruka ku banyagihugu, uno munsi ku vyo kwivuza.