Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Putin yoba agarukanye inguvu zitari bwaboneke?
Putin yoba agarukanye inguvu zitari bwaboneke?
Yatangajwe
Kuva mu kinjana ca 18, Russia nta Perezida yari bwagenerwe ikiringo kirekire nka Vladimir Putin.
Kuva yinjiranye Ukraine, ibihano “uburengero” bwamufatiye, bimwe vyabaye nk’ "ibikanganyoni", naho igihugu kiri nk’inzu yubatse k’umusenyi.
“Putin yemera ko afise iragi ry’ubutumwa bwo gukingira igihugu, kandi ko ari we wenyene”.
Hari abibaza ko ashobora kuguma k’ubutegetsi gushika mu 2036, ku myaka 83.
Ng’ibi bimwe bizokwigishwa mu mateka y’isi, Uburusiya, n’ayo uyu mugabo.