Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Russia – Ukraine: kuki Afrika yabaye umukundwakaza?
Russia – Ukraine: kuki Afrika yabaye umukundwakaza?
Yatangajwe
Ukraine na Russia biri mu bihugu rutura vyimbura intete, ariko binahingura ifumbire.
Kuva hadutse intambara muri Ukraine, uruhigi rw’ibigwanisho kuri ivyo bihugu, rwabaye indesho idasanzwe.
Ibihugu vya Africa vyagaragaye bitavuga rumwe kuri izo ntambara.
Ubu, hari ibihugu vya Africa vyahagurutse ngo bifashe guhagarika izo ntambara.
Bifise izihe nguvu?