“Sico gisagara conyene kiri ku nkengera z’ikiyaga kibangamiwe”

“Sico gisagara conyene kiri ku nkengera z’ikiyaga kibangamiwe”
Yatangajwe

Iki ni igice ca Miami, bamwe babona ko hagiye kuba abatunzi gusa.

Abaharanira uburaro bwiza i Miami muri Leta ya Florida, barahangayikishijwe n'ukwimurwa kw'abafise amikoro make.

Bavuga ko ari ku nyungu z'abanyamitahe.

Batanguye guhurumbira agace ka Little_Haiti kari ku kiyaga kandi katabangamiwe n'ibiza.

Renita Holmes yadugije ijwi, ari mu barwanira uburaro bwiza, bahiswemwo n’umugambi BBC100Women.