Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Gaza: Uko bamwe mu baganga ku bitaro ‘Nasser’ bahohotewe
Gaza: Uko bamwe mu baganga ku bitaro ‘Nasser’ bahohotewe
Yatangajwe
Ahmed, umwe mu baganga bagizwe imbohe n’igisoda ca Israel, avuga uko yahohotewe.
Mu gufatwa, anavuga ko yari kumwe n’abandi benshi bakorana, ko yashitse n’aho yihebura.
Igisoda ca Israel cishuye BBC ko kimaze gufata abagira iterabwoba, kandi ko haba
harimwo n’abiyitirira kuba abavuzi.