Israel-Gaza: Intahe z’umwe mu bibarukira mu ntambara

Israel-Gaza: Intahe z’umwe mu bibarukira mu ntambara
Yatangajwe

Jumana avuga ati “Amananiza yose naciyemwo, Imana ni nkuru, umuryango wanje wagutse”.

Uyu muvyeyi w’abana 2, aheruka kuvyarira mu bitaro, vy’i Gaza, hafi y’ahagwa ‘bombes’ ziterwa na Israel.

Yabwiye BBC ivyo yaciyemwo.