Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Utahure ibimenyetso 12 vya ‘cancer’ yo mw’ibere
Utahure ibimenyetso 12 vya ‘cancer’ yo mw’ibere
Yatangajwe
Wewe canke uwawe ushobora kuba ubangamiwe na ‘cancer’ yo mw’ibere, nt’ubimenye.
Naho ikarira abagore, ubu n’abagabo irabahitana.
Ku bagore, niho ibimenyetso vyibonekeza cane, kubera imero y’ibere.
Ni imwe mu bwoko bwa ‘cancer’ buvugwa, iyo bwamenyekanye kare, ariko kenshi, bwica.