Israel yarekuye abanyororo b’aba nye Palestina
Israel yarekuye abanyororo b’aba nye Palestina
Yatangajwe
Marah Bakeer ni umwe mu banyororo b’aba nye Palestina, barekuwe na Israel.
Ni umwe mu bandi 39 barekuwe na Israel, mu masezerano ajanye no guhagarika ibitero muri Gaza.
“Marah yagarukanye akamwemwe m’umuryango”, ni umunezero wa nyina.
Marah wewe avuga ko atakunze ayo masezerano, naho yarekuwe.
Kuki?




