Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uko isegenya yononye ibintu m’Ubuhindi
Uko isegenya yononye ibintu m’Ubuhindi
Yatangajwe
Hamaze kumenyekana abashika 28 bishwe n’iyo segenya yaguye muri India (uburaruko).
Amazu, amabarabara, ibiraro n’izindi nyubako, vyarononekaye.
Ni ibihe hagwa imvura irimwo umuyaga mwinshi muri ico gice c’isi -Asia -, ariko uko iyi leta ya Himachal Pradesh yababaye, birengeye ivyo igisagara New Dehli cabonye mu 1982.