Abaharurwa mu majana barapfiriye muri Hajj kubera ubushuhe
Abaharurwa mu majana barapfiriye muri Hajj kubera ubushuhe
Yatangajwe
Abenshi mu bapfuye bavugwa ko bava muri Egypt.
Igihe ca Hajj, benshi bagenda m'uburyo butemewe mu vyo kwiyunguruza, gufungura n’ibindi.
Naho abategetsi bagiye baragabisha abagiye i Mecca ngo banywe amazi, banikingire ahashushe;
BBC yabajije abategetsi ba Arabia Saudite na Egypt ku vyo abo bapfuye, ariko nta wishuye.

Ahavuye isanamu, Getty Images



