Israel : “Tuzokoresha inguvu zose mu gutuza Hamas”

Insiguro ya video, Muri Israel, abo barwanyi boba bishe abaharurwa mu majana.
Israel : “Tuzokoresha inguvu zose mu gutuza Hamas”
Yatangajwe

Umushikiranganji wa mbere Benjamin Netanyahu, yabivuze Israel igiterwa n’abarwanyi b’umuhari Hamas, k’uwa gatandatu, 7-10-2023.

Ica mbere yabanje gusaba aba civiles kuva muri Gaza ibitero vyaje bituruka.

Mu minsi 3, haharurwa abarenga 120 000 bateshejwe izabo aho muri Gaza.

Muri Israel, abo barwanyi boba bishe abaharurwa mu majana.

Ng’ibi ibikuru, mu masanamu BBC imaze kugenzura ko ari ayo ukuri.

Ng’ibi ibikuru, mu masanamu BBC imaze kugenzura ko ari ayo ukuri mu ntambara za Hamas na Israel.
Insiguro y'isanamu, Ng’ibi ibikuru, mu masanamu BBC imaze kugenzura ko ari ayo ukuri mu ntambara za Hamas na Israel.