Afghanistan: uko abigisha babaye mu mirimo yabo
Afghanistan: uko abigisha babaye mu mirimo yabo
Yatangajwe
Hano m’ubuseruko bwa Afghanistan, bajabuka uruzi runini uburyo buteye ubwoba baja kwigishiriza mu gisa nk’ishule.
Kuva aba Taliban bafashe igihugu, ng’uku uko nk’ivyo ubuzima vyayangaye.