Ubushuhe bwa 52°C: ibaze uko abantu babubamwo, amezi agahera

Insiguro ya video, Kubera n'amazi yuzuye umunyu, twamiza abana kwa muganga.
Ubushuhe bwa 52°C: ibaze uko abantu babubamwo, amezi agahera
Yatangajwe

Ubwo bushuhe, aba nye Pakistan bo mu karere ka Sindh babumazemwo amezi 4.

Ni mu gasagara Jacobabad, hamwe mu ho amatara n’amazi meza bigoye kubona, bigasigurwa n’intwaro mbi, ubukene bw’inyubako n’abanyamitahe muri ico gisata.

I Jacobabad, kubera n'amazi yuzuye umunyu, twamiza abana kwa muganga.
Insiguro y'isanamu, Kubera n'amazi yuzuye umunyu, twamiza abana kwa muganga.