Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Afrika y’epfo: umugambwe ANC uri k’ubutegetsi uri mu mayira abiri
Afrika y’epfo: umugambwe ANC uri k’ubutegetsi uri mu mayira abiri
Yatangajwe
Gusabikanya ubutegetsi n’iyindi migambwe, niyo mahitamwo ANC usigaranye, kuva uronse amajwi adashimishije nka mbere, mu matora aherutse.
Gusangira ubutegetsi n’iyindi migambwe birimwo izihe nzitizi k’umugambwe nka ANC, uravye kahise na kubu k’igihugu?
Perezida Ramaphosa yaramaze kumenyesha ko hazoshingwa leta y’ubumwe.
Naho biri uko, ibi bishikiye ANC mu myaka 30 inyuma y’intwaro ‘Apartheid’, nta wubona iyo biganisha igihugu.