Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Gaza: “Ibiriko biraberayo birasiga ubwenge”
Gaza: “Ibiriko biraberayo birasiga ubwenge”
Yatangajwe
Ni intahe z’abamenyeshamakuru ba BBC, bari muri Gaza.
Bavuga ko ibiberayo ari ibara ririko riragwa.
Ibitaro vyarengewe n’abakomereka.
Navyo nta gihe bisigaje bikora kubera nk’imoteri zitanga umuyagankuba, ibitoro vyaziheranye.
Israel ivuga ko izokwugururira abatabara, ni Hamas yarekura abafashwe bugwati.