Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uganda: Iyo mba umusoda, numva nari kugwanira abo banyeshule
Uganda: Iyo mba umusoda, numva nari kugwanira abo banyeshule
Yatangajwe
Mu gihe amatohoza k’ubwicanyi bwahitanye abarenga 40, Perezida Museveni yabwegetse k’umuhari ADF.
Umuhari ADF uvugwa ko ufise ibirindiro muri DRCongo, kandi ko ugendera ku nyigisho za Islam.
Muri ino nkuru, ni zimwe mu ntahe z’abanyeshule barokotse.
Police imenyesha ko abashika 20 mu bikekwa ko bari muri ico gitero, bamaze gufatwa.