Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uko ubukozi bw’ikibi ku bikoko buhashwa – Itohoza
Uko ubukozi bw’ikibi ku bikoko buhashwa – Itohoza
Yatangajwe
“Urazi? Amaraso yako ubona aca mu kanwa”.
Ni Okebro yamenyekanye ahohotera inkende atunze.
Ni gutyo abakora itohoza kuri iryo hohotera ry’izo nkende, bibiye ibanga police y’ako karere.
Ni uku itohoza rya BBCEye kuri ubwo bukozi bw’ikibi ririko rigaragaza vyinshi henshi.
Okebro we aricuza, ubu.