Gaza : Impfu, ubupfuvyi, ihahamuka…birahanze abana

Insiguro ya video, Hamas imenyesha ko kuva italiki 7-10, iharura abana barenga 3 000 bamaze gupfa.
Gaza : Impfu, ubupfuvyi, ihahamuka…birahanze abana
Gaza: Hamas imenyesha ko kuva italiki 7-10, iharura abana barenga 3 000 bamaze gupfa.
Insiguro y'isanamu, Gaza: Hamas imenyesha ko kuva italiki 7-10, iharura abana barenga 3 000 bamaze gupfa.
Yatangajwe

Kuva intambara zadutse hagati ya Israel na Hamas, muri Gaza,

“abana babona ivyo batabwirizwa kubona” [UNICEF].

Iruhande y’impfu, abakomereka, abarokoka bahanzwe n’ihahamuka, inzara n’ingwara.

Hamas imenyesha ko kuva italiki 7-10, iharura abana barenga 3 000 bamaze gupfa, abarenga 6 000 barakomeretse.